Garukira Igiti
Read Garukira Igiti lyrics by PAZZOS BI on LyroVerse, with linked artist context and related song paths.
The page facts to cite before the commentary
Use this page for the lyric text, linked artist context, and any LyroVerse editor's note attached to the song. Listener comments remain user-generated and should not be treated as the primary source.
Garukira Igiti
The lyric stays readable and compact here; the note and related paths sit nearby so you do not lose the song while looking for context.
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
igiti burya ni ngirakamaro, kidufitiye akamaro kanini
naho dutako tukabirenga, kiradufasha ibintu vyinshi
tekereza witegereze hano, imana ikunda abarundi
igihugu cacu yo kiratatse n'ivyiza vy'ibiti vyacu
mu kwubaka (yoyoyo), igiti kiduteza agateka
inzugi ziri kumazu, ni ivyiza vy'uburundi
amadirisha ameza meza meza, ni ivyiza vy'uburundi
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
murundi murundi kazi, nitwiteho gutera ibiti
twikingire rino zuba, turonderere isi imvura
mu gukingira ino si yacu, igiti burya kiradufasha
nureke gusamara wewe utabona akamaro kaco
ni ngira akamaro (yoyoyo) nivyo usangana ivyamwa
igiti ni ngirakamaro, kidufasha muri vyinshi
mugukingira isi ukugadagurika, kidufasha muri vyinshi
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
uteme igiti wiyubara, tukironderere agateka
teme igiti uteye ibindi bibiri dutake igihugu cacu
dusonere ubuzima bwaco, tukironderere agateka
muntu uriko utema igiti ntiwibagare akaranga
k'abo hambere (yoyoyo) ko gutyorora uburundi
murundi murundikazi, igiti burya ni ngirakamaro
rwaruka burundi bw'ejo, igiti burya ni ngira kamaro
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
What this page can answer fast
Who performs "Garukira Igiti"?
PAZZOS BI performs "Garukira Igiti", and this lyric page sits inside the PAZZOS BI catalog on LyroVerse.
Are there related songs to explore after "Garukira Igiti"?
Yes. The related section below points to Agahinda and Aimez-vous with a short reason for opening each page next.
Where can I find more songs by PAZZOS BI?
Use the artist link near the top of the page or the related paths section below to keep moving through PAZZOS BI's lyric pages.
Interpretations, questions, and corrections for this song
Interpretations, questions, memories, and correction notes live together here. The room stays noindex while the best insights are reviewed.
What people are saying
No listener comments on Garukira Igiti yet.
A strong comment here is specific: the phrase you keep hearing, the mood you come back for, or the reason this song stays in rotation.
Sign in to post the first listener note. Reporting stays open to everyone.